Priver Ngonyani amaze imyaka 10 ari umumenyereza w'umugwi wa football 'Mfaranyaki', muri Tanzania. Avuga ko intumbero yiwe ari ukugira abakinyi bubaha, kandi bameze nk'abavukanyi. Abikora abikunda, ...