News

Barack Obama yahoze arongoye Amerika yavuye mu gacerere amenyereye ko kutanegura poritike canke abategetsi ku mbuga hwaniro maze ashimagiza kaminuza ya Harvard ku ngingo yayo yafashe yo kwiyama Trump.